BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Ayavugwa mu ntambara ya Ukraine: Uburusiya bwaraye busubiriye gucucagira ibisasu ku bigo ntanganguvu
Uburusiya bwaraye bukoze ikindi gitero rutura kuri Ukraine, mu gihe Trump ariko arondera ko intambara yoba yahagaze hatarenze mu ntango y'ici riza.
Trump yasohoye amavidewo yerekana Barack na Michelle Obama nk'inguge, hanyuma aca arayafuta
Mu ntango, Maison Blanche/White House yabanje kuvuga ko aya mashusho ata kibazo ateye, isaba abantu ngo bareke “gushikuza”, mu gihe no mu mugambwe wiwe bariko babitera ivyatsi.
Wakwitwara gute mu gihe ufite umukoresha ugutesha umutwe?
Abakozi baravuga uburyo abayobozi babi babangije bo ubwabo n’ubuzima bwabo. Dore uko wakwitwara niba ufite umuyobozi nk’uwo.
Amajwi, Imvo n'Imvano kuri Chris Ndikumana azwi cane mu butumwa bwitwa Kanguka, Umwanya bimara 58,51
Chris Ndikumana ubu akoranya isinzi ry'abantu benshi mu bikorane bitandukanye hirya no hino kw'isi, benshi bakagenda bashinga intahe ko bakize ingwara bari bafise.
Impaka zidashira ku mugenzo wo 'Guca imyeyo' mu Rwanda: Bamwe bati ni ihohoterwa ku bana b'abakobwa
Kuri bamwe uyu ni umugenzo ushingiye ku muco udakwiye gucika, ugamije gutoza no gutegurira umukobwa amabanga y'abashakanye.
Twaryamanye mu cyumba cya hoteli mu Bushinwa, maze dusanga twariho turebwa n'abantu ibihumbi
Iyi nkuru y’icukumbura rya BBC yerekana uburyo ibihe byiza by’urukundo hagati y’abafashe icyumba cya hoteli bifatwa na camera zihishe bikarebwa ikibiriraho n’abantu ibihumbi n'ibihumbi bishyuye, ba nyiri ubwite bo batabizi.
'Imana yari yampishuriye ko nzoyikorera biciye kuri Internet [Kanguka]' - Chris Ndikumana
Muri iyi nkuru Chris Ndikumana yatubariye ingene yatanguye gushikiriza ubutumwa buciye kuri internet mu 2006 akoresha 'email', n'ingorane yagiye aracamwo mu buzima bwiwe.
Islamabad: Umwiyahuzi yaturikije bombe mu musigiti w’abarimo gusenga yica abagera kuri 31
Perezida wa Pakistan yavuze ko “kwibasira inzirakarengane z’abasivile ari icyaha ku nyoko muntu”.
Umuteramakofe Khelif yiteguye gukora ikizamini cy'igitsina nyuma yo gutsinda abagore bakamwita umugabo
Umukinnyi w'iteramakofe wo muri Algeria, Imane Khelif, yagiyeweho impaka nyinshi nyuma y'uko bamwe bavuga ko ari umukobwa utera amakofe mu kiciro cy'abasore.
Isengesho rya Tshisekedi ‘perezida wa mbere wa Afurika’ wasengeye muri ‘National Prayer Breakfast’ ya Amerika
Perezida Tshisekedi, yifashishije Ivanjili ya Matayo, yasenze asaba amahoro, ubwiyunge hagati y'abantu, n'ibihugu, asabira abari mu ntambara, n’impunzi.
Abanyarwanda n'Abarundi 'dukwiye kuba impanga'..ariko Abarundi bahisemo 'kuba impanga n'Abanyecongo' – Kagame
Muri iyi myaka leta y’u Rwanda n’iy’u Burundi byagiranye umubano mubi igihe kirekire kurusha ikindi gihe cyose mu mateka ya vuba, intambara ya Congo yaje irushaho kuzambya ibintu.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Xi yabwiye Trump ati: "Witonde" mu guha intwaro Taiwan
Aba bategetsi b'ibihugu by'ubukungu bunini kurusha ibindi ku isi bumvikanye ko bagomba gushaka uko bakemura ibyo batumvikanaho.
Kuki idolari rya Amerika rigeze ku rwego rwo hasi kandi rishobora kugwa kurushaho?
Abacuruzi b'amafaranga bari biteze umwaka utuje, nyuma y'umwaka w'imvururu wa 2025, ubwo itangazo rya Perezida Donald Trump ry'imisoro ryatumye idolari rimanuka, ariko ntibabonye inkuru ishimishije.
'Ibihe bibabaje mu rushako rwanjye' – Melinda Gates ku wahoze ari umugabo we Bill wavuzwe muri dosiye za Epstein
Epstein yamenyekanye cyane kubera gutegurira abantu bakomeye ibikorwa by'ubusambanyi mu buryo babyifuzamo bwose, nyuma y'imyaka myinshi 'dossiers' z'abakoranye na we zirimo gutigisa benshi bakomeye ku isi.
M23 yigambye igitero cya 'drones' ku kibuga cy'indege cya Kisangani
Leta y'intara ya Tshopo yatangaje icyo gitero cyo ku Cyumweru cy'indege umunani za 'drones' zose zarashwe "zitaragera ku mugambi mubisha wazo".
Saif al-Islam Gaddafi: Yari muntu ki uyu mugabo wabonwaga nk'uzasimbura se?
Saif al-Islam Gaddafi yishwe ku wa kabiri mu gitero komando cy'abagabo bane bipfutse mu maso bamurashe amasasu menshi bamusanze mu rugo rwe.
Somalia: Umugore yishwe arashwe urufaya nyuma yo gukatirwa urwo gupfa ku kwica umukobwa w'imyaka 14
Hodon Mohamud yishwe kuri uyu wa kabiri mu mujyi wa Galkacyo nyuma y'uko urukiko rumuhamije gukoresha iyicarubozo mu kwica Sabirin Saylaan wamukoreraga mu rugo.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































